Ibihugu bitanu byonyine byo muri Afurika - Senegali, Tuniziya, Maroc, Nigeria na Repubulika ya Demokarasi ya Kongo - ni byo biza mu myanya 50 ya mbere ku isi.
Umwe mu bakurikiranira hafi iyi dosiye, yabwiye ibiro ntaramakuru AFP ko abacamanza batatu bakurikirana ibyaha byo mu ntambara ku itariki ya 22 y'uku kwezi kwa cumi na kumwe banze ubusabe bwo kuyibyutsa.
Abateguye inama yiswe Blue Economy (ubutunzi bw'ubururu) bemeza ko yagenze neza, ariko ko bakoze amakosa mu kwemera ko hakoresha amacupa ya plastike akoreshwa rimwe gusa.
Umugwi urwanya ibiturire muri Kenya wavuze ko igipolisi cafashije abapolisi babiri bakorana guhunga mu kurasa hejuru ku bandi bapolisi bajejwe kugwanya ibiturire bari babapfunze
Madamu Zurabishvili yari ashyigikiwe n'ishyaka riri ku butegetsi, mu gihe uwo bari bahanganye we yari umukandida uhuriweho n'abatavuga rumwe n'ubutegetsi.
Igipolisi cabwiye BBC ko umuganga wo mu ntara ya Gujarat mu burengero bw'Ubuhindi yafashwe n'igipolisi inyuma yaho abagiye umugore aje kwibaruka "yasomye akarenza urugero".
Hari umugambi wo ku rwego rwo hasi mu Rwanda ufise intumbero yo kugabanya agacinyizo kagirirwa abapfasoni mu kubasaba gukora akazi kahora gakorwa n'umuntu w'ikindi gitsina.
Umugambi ukorera ku banyagihugu urondera kugabanya amabi akogwa mu ngo mu Rwanda, wigisha abagabo ingene bokwitaho ibikogwa vyo mu nzu, icigwa giherutse gushigwa ahabona cerekana ko ari ngirakamaro.
Imishahara y’abakinyi bo mu mugwi wa mbere muri Manchester United iruta iy’abakinyi ba Manchester City baheruka gutwara igikombe amahera agera ku nusu y’umuliyoni w’amapawundi ku mwaka, nkuko bivugwa mu bushakashatsi bwakozwe.
Anne Rucchetto ni umukobwa w'imyaka 27 yandika ibitabu, aba i Toronto mu gihugu ca Canda. Ku biganiro vya "BBC Abagore 100" yaranditse ku bijanye n'uwukwiye kuriha "facture" mu kirabo.